2 Abami 22:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mu nyuma Hilikiya+ umuherezi mukuru abwira Shafani+ umunyamabanga+ ati: “Ca gitabu c’itegeko+ nacubuye mu nzu ya Yehova.” Hilikiya aha rero ico gitabu Shafani, na we atangura kugisoma. 2 Ngoma 34:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Maze umwami ategeka Hilikiya+ na Ahikamu+ mwene Shafani na Abudoni mwene Mika na Shafani+ umunyamabanga+ na Asaya+ umusuku w’umwami, ati:
8 Mu nyuma Hilikiya+ umuherezi mukuru abwira Shafani+ umunyamabanga+ ati: “Ca gitabu c’itegeko+ nacubuye mu nzu ya Yehova.” Hilikiya aha rero ico gitabu Shafani, na we atangura kugisoma.
20 Maze umwami ategeka Hilikiya+ na Ahikamu+ mwene Shafani na Abudoni mwene Mika na Shafani+ umunyamabanga+ na Asaya+ umusuku w’umwami, ati: