2 Abami 4:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Maze Elisha atangura kwongera kugendagenda mu nzu, aja aha na hariya, hanyuma arurira maze yubarara kuri we. Nya gahungu gatangura kwasamura gushika ku ncuro indwi, hanyuma karakanura+.
35 Maze Elisha atangura kwongera kugendagenda mu nzu, aja aha na hariya, hanyuma arurira maze yubarara kuri we. Nya gahungu gatangura kwasamura gushika ku ncuro indwi, hanyuma karakanura+.