2 Abami 8:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ku musi ukurikira, Hazayeli atora igisaswa agikoza mu mazi araheza agisanza mu maso hiwe+, arapfa+. Nuko Hazayeli+ atangura kuganza mu kibanza ciwe.
15 Ku musi ukurikira, Hazayeli atora igisaswa agikoza mu mazi araheza agisanza mu maso hiwe+, arapfa+. Nuko Hazayeli+ atangura kuganza mu kibanza ciwe.