Yeremiya 9:1 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ese iyo umutwe wanje uba wari amazi, n’amaso yanje akaba yari isôko ry’amosozi+! Norize rero umurango n’ijoro ndirira abagandaguwe b’umukobwa w’abantu banje+. Luka 19:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Maze yegereye Yeruzalemu, abona ico gisagara arakiririra+, Ivyakozwe 20:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 nshumbira+ Umukama n’ukwiyorosha kwo mu muzirikanyi kurushirije+, n’amosozi, n’ibigeragezo vyanshikira bivuye ku migambi mibi+ Abayuda bangira;
9 Ese iyo umutwe wanje uba wari amazi, n’amaso yanje akaba yari isôko ry’amosozi+! Norize rero umurango n’ijoro ndirira abagandaguwe b’umukobwa w’abantu banje+.
19 nshumbira+ Umukama n’ukwiyorosha kwo mu muzirikanyi kurushirije+, n’amosozi, n’ibigeragezo vyanshikira bivuye ku migambi mibi+ Abayuda bangira;