Zaburi 119:136 Bibiliya y’isi nshasha 136 Imigezi y’amazi yatemvye mu maso yanje+Kubera ko batagumije itegeko ryawe+. Yeremiya 9:1 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ese iyo umutwe wanje uba wari amazi, n’amaso yanje akaba yari isôko ry’amosozi+! Norize rero umurango n’ijoro ndirira abagandaguwe b’umukobwa w’abantu banje+. Luka 23:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Yezu arahindukira araba ba bagore, avuga ati: “Bakobwa ba Yeruzalemu, nimureke kundirira. Ahubwo nimwiririre muririre n’abana banyu+; Yohani 11:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Yezu arakorora amosozi+.
9 Ese iyo umutwe wanje uba wari amazi, n’amaso yanje akaba yari isôko ry’amosozi+! Norize rero umurango n’ijoro ndirira abagandaguwe b’umukobwa w’abantu banje+.
28 Yezu arahindukira araba ba bagore, avuga ati: “Bakobwa ba Yeruzalemu, nimureke kundirira. Ahubwo nimwiririre muririre n’abana banyu+;