ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 28:57
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 57 mbere n’ingovyi yiwe isohoka iva hagati y’amaguru yiwe, n’abahungu biwe yavyaye+, kuko azobarira mu kinyegero bitumwe n’uko akenye vyose kubera ugusugerezwa be n’amaganya umwansi wawe azogusatiriza mu marembo yawe+.

  • Yeremiya 9:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Kuko ijwi ry’ugucura intimba ari ryo ryumvikaniye i Siyoni+, riti: “Ewe kuntu tunyazwe+! Ewe kuntu tumaramaye! Kuko twavuye mu gihugu; kuko bataye uburaro bwacu+.”

  • Mariko 13:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Haragowe abagore bazoba bibungenze n’abazoba bonsa muri iyo misi+!

  • Luka 19:44
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 44 bagutsinde hasi wewe n’abana bawe bari muri wewe+, kandi ntibazosiga ibuye na rimwe rigeretse ku rindi+ muri wewe, kuko utamenye igihe c’ukugendurwa kwawe+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika