15 Mu nyuma, Yehoramu+ umwami yari yagarutse kuvurirwa i Yezireyeli+ ibikomere Abasiriya bari bamuteje igihe yarwanya Hazayeli umwami wa Siriya+.
Nuko Yehu avuga ati: “Nimba muvyemeye+, ntihagire uwuhunga avuye mu gisagara ngo aje kubivuga i Yezireyeli.”