15 Mu nyuma umwami Yehoramu yaciye asubira i Yezireli+ kurwarirayo, kubera ko Abasiriya bari bamukomerekeje ico gihe arwana na Hazayeli umwami wa Siriya+.
Nuko Yehu avuga ati: «Nimba muvyemeye, ntimureke n’umwe ngo ave mu gisagara ngo aje kumenyesha iyi nkuru i Yezireli.»