Abacamanza 8:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Gideyoni agira abahungu mirongo irindwi+ bavutse kuri we*, kuko yari afise abagore benshi. Abacamanza 12:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Agira abahungu mirongo ine n’abuzukuru mirongo itatu bagendera ku ndogobwa zikuze+ mirongo irindwi. Acira imanza Isirayeli imyaka umunani.
14 Agira abahungu mirongo ine n’abuzukuru mirongo itatu bagendera ku ndogobwa zikuze+ mirongo irindwi. Acira imanza Isirayeli imyaka umunani.