Abacamanza 5:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Yemwe abagendera ku ndogobwa z’ingore+ z’ibara ry’akagajo,Yemwe abicara ku bisaswa* vyizavyiza,Namwe abagendera mu nzira,Zirikane+! Abacamanza 10:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Agira abahungu mirongo itatu bagendera ku ndogobwa zikuze+ mirongo itatu, bakaba bari bafise ibisagara mirongo itatu. Bino bibandanya kwitwa Havoti-yayiri+ gushika n’uyu musi; biri mu gihugu ca Gileyadi.
10 Yemwe abagendera ku ndogobwa z’ingore+ z’ibara ry’akagajo,Yemwe abicara ku bisaswa* vyizavyiza,Namwe abagendera mu nzira,Zirikane+!
4 Agira abahungu mirongo itatu bagendera ku ndogobwa zikuze+ mirongo itatu, bakaba bari bafise ibisagara mirongo itatu. Bino bibandanya kwitwa Havoti-yayiri+ gushika n’uyu musi; biri mu gihugu ca Gileyadi.