Abacamanza 5:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Yemwe abagendera ku ndogobwa z’ingore+ z’ibara ry’akagajo,Yemwe abicara ku bisaswa* vyizavyiza,Namwe abagendera mu nzira,Zirikane+! Abacamanza 12:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Agira abahungu mirongo ine n’abuzukuru mirongo itatu bagendera ku ndogobwa zikuze+ mirongo irindwi. Acira imanza Isirayeli imyaka umunani.
10 Yemwe abagendera ku ndogobwa z’ingore+ z’ibara ry’akagajo,Yemwe abicara ku bisaswa* vyizavyiza,Namwe abagendera mu nzira,Zirikane+!
14 Agira abahungu mirongo ine n’abuzukuru mirongo itatu bagendera ku ndogobwa zikuze+ mirongo irindwi. Acira imanza Isirayeli imyaka umunani.