Abacamanza 10:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Agira abahungu mirongo itatu bagendera ku ndogobwa zikuze+ mirongo itatu, bakaba bari bafise ibisagara mirongo itatu. Bino bibandanya kwitwa Havoti-yayiri+ gushika n’uyu musi; biri mu gihugu ca Gileyadi. Abacamanza 12:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Agira abahungu mirongo ine n’abuzukuru mirongo itatu bagendera ku ndogobwa zikuze+ mirongo irindwi. Acira imanza Isirayeli imyaka umunani.
4 Agira abahungu mirongo itatu bagendera ku ndogobwa zikuze+ mirongo itatu, bakaba bari bafise ibisagara mirongo itatu. Bino bibandanya kwitwa Havoti-yayiri+ gushika n’uyu musi; biri mu gihugu ca Gileyadi.
14 Agira abahungu mirongo ine n’abuzukuru mirongo itatu bagendera ku ndogobwa zikuze+ mirongo irindwi. Acira imanza Isirayeli imyaka umunani.