1 Abami 21:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Umubwire uti: ‘Ibi ni vyo Yehova avuze: “Mbega wishe+ wongera urigarurira+?”’ Wongere umubwire uti: ‘Ibi ni vyo Yehova avuze: “Ahantu+ imbwa zarigatiye amaraso ya Naboti ni ho zizorigatira amaraso yawe, egome, ayawe+.”’” 1 Abami 21:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Kandi inzu yawe nzoyigira nk’inzu ya Yerobowamu+ mwene Nebati nongere ndayigire nk’inzu ya Bayasha+ mwene Ahiya, kubera ukubabaza wambabarishije, maze ugatuma Isirayeli icumura+.’ 2 Abami 9:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Uze usasike inzu ya Ahabu umukama wawe, kandi nzohora+ koko mu kuboko kwa Yezebeli amaraso y’abasavyi banje abahanuzi n’amaraso y’abasavyi ba Yehova bose+. 2 Abami 9:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Bagarutse bakabimwiganira, avuga rero ati: “Ni ijambo rya Yehova, iryo yavuze biciye+ ku musavyi wiwe Eliya Umutishibe, ati: ‘Imbwa zizorira inyama za Yezebeli mu gice c’itongo ry’i Yezireyeli+.
19 Umubwire uti: ‘Ibi ni vyo Yehova avuze: “Mbega wishe+ wongera urigarurira+?”’ Wongere umubwire uti: ‘Ibi ni vyo Yehova avuze: “Ahantu+ imbwa zarigatiye amaraso ya Naboti ni ho zizorigatira amaraso yawe, egome, ayawe+.”’”
22 Kandi inzu yawe nzoyigira nk’inzu ya Yerobowamu+ mwene Nebati nongere ndayigire nk’inzu ya Bayasha+ mwene Ahiya, kubera ukubabaza wambabarishije, maze ugatuma Isirayeli icumura+.’
7 Uze usasike inzu ya Ahabu umukama wawe, kandi nzohora+ koko mu kuboko kwa Yezebeli amaraso y’abasavyi banje abahanuzi n’amaraso y’abasavyi ba Yehova bose+.
36 Bagarutse bakabimwiganira, avuga rero ati: “Ni ijambo rya Yehova, iryo yavuze biciye+ ku musavyi wiwe Eliya Umutishibe, ati: ‘Imbwa zizorira inyama za Yezebeli mu gice c’itongo ry’i Yezireyeli+.