1 Abami 18:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Gutyo, igihe Yezebeli+ yarandura abahanuzi ba Yehova+, Obadiya yafashe abahanuzi ijana hanyuma aguma abanyegeje mw’isenga ari mirongo itanitanu, kandi abaronsa umukate n’amazi+.) 1 Abami 19:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Yezebeli aca atuma intumwa kuri Eliya ati: “Imana zingirire gutyo+, mbere n’ibirenze ivyo+, ejo nk’aya mango ubuzima bwawe nintabugira nk’ubuzima bw’umwumwe wese muri bo!” 1 Abami 21:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Yezebeli akimara kwumva yuko Naboti yari yatewe amabuye ku buryo apfa, aca abwira Ahabu ati: “Haguruka wigarurire wa murima w’imizabibu wa Naboti Umuyezireyeli+, umwe yanka kuguha ku mahera; kuko Naboti atakiriho, mugabo yapfuye.” 1 Abami 21:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Ni ukuri, nta n’umwe yabaye nka Ahabu+, uwihebeye gukora ivyari bibi mu maso ya Yehova, ari na we Yezebeli+ umugore wiwe yasutse+.
4 Gutyo, igihe Yezebeli+ yarandura abahanuzi ba Yehova+, Obadiya yafashe abahanuzi ijana hanyuma aguma abanyegeje mw’isenga ari mirongo itanitanu, kandi abaronsa umukate n’amazi+.)
2 Yezebeli aca atuma intumwa kuri Eliya ati: “Imana zingirire gutyo+, mbere n’ibirenze ivyo+, ejo nk’aya mango ubuzima bwawe nintabugira nk’ubuzima bw’umwumwe wese muri bo!”
15 Yezebeli akimara kwumva yuko Naboti yari yatewe amabuye ku buryo apfa, aca abwira Ahabu ati: “Haguruka wigarurire wa murima w’imizabibu wa Naboti Umuyezireyeli+, umwe yanka kuguha ku mahera; kuko Naboti atakiriho, mugabo yapfuye.”
25 Ni ukuri, nta n’umwe yabaye nka Ahabu+, uwihebeye gukora ivyari bibi mu maso ya Yehova, ari na we Yezebeli+ umugore wiwe yasutse+.