63 “Kandi nk’uko nyene Yehova yahimbawe no kubakorera ivyiza no kubagwiza+, ni ko Yehova azohimbarwa no kubarandura no kubazimanganya+; muzorandurwa ku butaka mugiye kwigarurira+.
12 akarere k’ubwami kose ka Ogi+ muri Bashani, uwaganza i Ashitaroti n’i Edireyi+, akaba ari we yasigaye mu basigaye ku Barefayimu+; Musa yarabakubise, arabomora+.