2 Ngoma 23:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Abalewi na Yuda yose bakora bisunze ivyo Yehoyada+ umuherezi yari yategetse vyose+. Nuko umwe wese atora abantu biwe, abinjira kw’isabato hamwe n’abasohoka kw’isabato+, kuko Yehoyada umuherezi atari yarekuye imice+ ngo ive ku gikorwa.
8 Abalewi na Yuda yose bakora bisunze ivyo Yehoyada+ umuherezi yari yategetse vyose+. Nuko umwe wese atora abantu biwe, abinjira kw’isabato hamwe n’abasohoka kw’isabato+, kuko Yehoyada umuherezi atari yarekuye imice+ ngo ive ku gikorwa.