ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 11:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Mu mwaka ugira indwi, Yehoyada+ atuma kuzana abakuru b’amajana b’inteko z’Abanyakariya+ zijejwe gucungera ubuzima, n’abakuru b’abirutsi+, maze abazana aho ari mu nzu ya Yehova, araheza agirana isezerano+ na bo yongera arabarahiza+ mu nzu ya Yehova, hanyuma abereka umuhungu w’umwami.

  • 2 Ngoma 23:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Mu mwaka ugira indwi, Yehoyada+ agira umutima rugabo maze agirana isezerano n’abakuru b’amajana+, ari bo Azariya mwene Yerohamu, na Ishimayeli mwene Yehohanani na Azariya mwene Obedi na Mayaseya mwene Adaya na Elishafati mwene Zikiri.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika