ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 11:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Mugabo Yehoyada umuherezi ategeka abakuru b’amajana, abagenywe bo mu nteko za gisirikare+, ati: “Musohore mumukure mu misitari; kandi uwumukurikira wese yicishwe inkota+!” Kuko uwo muherezi yari yavuze ati: “Ntiyicirwe mu nzu ya Yehova.”

  • 2 Abami 11:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Vyongeye, atora ba bakuru b’amajana na za nteko z’Abanyakariya+ zijejwe gucungera ubuzima, na ba birutsi+ n’abanyagihugu bose, kugira ngo bamanukane umwami bamukuye ku nzu ya Yehova; amaherezo bashika ku nzu y’umwami baciye mu nzira y’irembo+ ry’abirutsi; nuko atangura kwicara ku ntebe y’ubwami+ y’abami.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika