2 Ngoma 23:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Aca atora abakuru b’amajana+ n’abahambaye n’abatware b’abantu be n’abanyagihugu bose, araheza amanukana umwami amukuye ku nzu ya Yehova+. Maze bashika ku nzu y’umwami baciye mw’irembo ryo haruguru hanyuma bicarika umwami ku ntebe y’ubwami+.
20 Aca atora abakuru b’amajana+ n’abahambaye n’abatware b’abantu be n’abanyagihugu bose, araheza amanukana umwami amukuye ku nzu ya Yehova+. Maze bashika ku nzu y’umwami baciye mw’irembo ryo haruguru hanyuma bicarika umwami ku ntebe y’ubwami+.