2 Abami 11:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nya bakuru b’amajana+ bakora bisunze ivyo Yehoyada umuherezi yari yategetse vyose. Nuko umwe wese atora abantu biwe, abinjira kw’isabato+ hamwe n’abasohoka kw’isabato, maze binjira aho Yehoyada umuherezi ari.
9 Nya bakuru b’amajana+ bakora bisunze ivyo Yehoyada umuherezi yari yategetse vyose. Nuko umwe wese atora abantu biwe, abinjira kw’isabato+ hamwe n’abasohoka kw’isabato, maze binjira aho Yehoyada umuherezi ari.