-
2 Abami 11:19Bibiliya y’isi nshasha
-
-
19 Vyongeye, atora ba bakuru b’amajana na za nteko z’Abanyakariya+ zijejwe gucungera ubuzima, na ba birutsi+ n’abanyagihugu bose, kugira ngo bamanukane umwami bamukuye ku nzu ya Yehova; amaherezo bashika ku nzu y’umwami baciye mu nzira y’irembo+ ry’abirutsi; nuko atangura kwicara ku ntebe y’ubwami+ y’abami.
-