2 Abami 11:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nya bakuru b’amajana+ bakora bisunze ivyo Yehoyada umuherezi yari yategetse vyose. Nuko umwe wese atora abantu biwe, abinjira kw’isabato+ hamwe n’abasohoka kw’isabato, maze binjira aho Yehoyada umuherezi ari. 2 Ngoma 23:1 Bibiliya y’isi nshasha 23 Mu mwaka ugira indwi, Yehoyada+ agira umutima rugabo maze agirana isezerano n’abakuru b’amajana+, ari bo Azariya mwene Yerohamu, na Ishimayeli mwene Yehohanani na Azariya mwene Obedi na Mayaseya mwene Adaya na Elishafati mwene Zikiri.
9 Nya bakuru b’amajana+ bakora bisunze ivyo Yehoyada umuherezi yari yategetse vyose. Nuko umwe wese atora abantu biwe, abinjira kw’isabato+ hamwe n’abasohoka kw’isabato, maze binjira aho Yehoyada umuherezi ari.
23 Mu mwaka ugira indwi, Yehoyada+ agira umutima rugabo maze agirana isezerano n’abakuru b’amajana+, ari bo Azariya mwene Yerohamu, na Ishimayeli mwene Yehohanani na Azariya mwene Obedi na Mayaseya mwene Adaya na Elishafati mwene Zikiri.