Gusubira mu vyagezwe 6:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Yehova Imana yawe ni we ukwiye gutinya+, kandi ni we ukwiye gukorera+, kandi izina ryiwe ni ryo ukwiye kurahira+. Yeremiya 12:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “Kandi nibiga koko inzira z’abantu banje mu kurahira bakoresheje izina ryanje+, ngo: ‘Turahiye ukubaho kwa Yehova!’, nk’uko bigishije abantu banje kurahira Bayali+, bazokwubakwa rero hagati mu bantu banje+. Abaheburayo 6:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kuko abantu barahira uwubaruta+, kandi indahiro yabo ni yo irangiza impari zose, kuko ari icemeza cemewe kuri bo+.
13 Yehova Imana yawe ni we ukwiye gutinya+, kandi ni we ukwiye gukorera+, kandi izina ryiwe ni ryo ukwiye kurahira+.
16 “Kandi nibiga koko inzira z’abantu banje mu kurahira bakoresheje izina ryanje+, ngo: ‘Turahiye ukubaho kwa Yehova!’, nk’uko bigishije abantu banje kurahira Bayali+, bazokwubakwa rero hagati mu bantu banje+.
16 Kuko abantu barahira uwubaruta+, kandi indahiro yabo ni yo irangiza impari zose, kuko ari icemeza cemewe kuri bo+.