2 Ngoma 24:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nuko abakora igikorwa batangura ibikorwa+, igikorwa co gusanasana iyo nzu kiguma gitera imbere biciye ku kuboko kwabo; amaherezo bahagarika inzu y’Imana y’ukuri nk’uko yategerezwa kuba yubatse, bongera barayikomeza.
13 Nuko abakora igikorwa batangura ibikorwa+, igikorwa co gusanasana iyo nzu kiguma gitera imbere biciye ku kuboko kwabo; amaherezo bahagarika inzu y’Imana y’ukuri nk’uko yategerezwa kuba yubatse, bongera barayikomeza.