ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 4:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Kuko, ni ihanga+ rikomeye irihe rifise imana hafi yaryo nk’uko Yehova Imana yacu ari igihe cose tumwambaje+?

  • Zaburi 50:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Numpamagare ku musi w’amarushwa+.

      Nzogutabara, nawe uzoninahaza+.”

  • Zaburi 65:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  2 Wewe wumva amasengesho, emwe, abantu b’ubwoko bwose bazoza kuri wewe+.

  • 1 Yohani 5:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Kandi uku ni kwo guhera amazinda dufise kuri yo+: ni uko ico dusaba cose twisunze ukugomba kwayo, itwumva+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika