2 Abami 14:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Kuko Yehova yari yarabonye amarushwa ababaje rwose ya Isirayeli+. Nta wutagira gitabara canke uwutagira ico amaze yariho, eka nta n’uwo gutabara Isirayeli yariho+.
26 Kuko Yehova yari yarabonye amarushwa ababaje rwose ya Isirayeli+. Nta wutagira gitabara canke uwutagira ico amaze yariho, eka nta n’uwo gutabara Isirayeli yariho+.