2 Abami 13:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Nuko Yehowasi mwene Yehowahazi akura mu kuboko kwa Beni-hadadi mwene Hazayeli ibisagara yari yaratwaye abikuye mu kuboko kwa Yehowahazi se wiwe mu ntambara, arabigarukana. Yehowasi amukubita incuro zitatu, maze agarukana ibisagara vya Isirayeli+.
25 Nuko Yehowasi mwene Yehowahazi akura mu kuboko kwa Beni-hadadi mwene Hazayeli ibisagara yari yaratwaye abikuye mu kuboko kwa Yehowahazi se wiwe mu ntambara, arabigarukana. Yehowasi amukubita incuro zitatu, maze agarukana ibisagara vya Isirayeli+.