ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Ngoma 26:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Mugabo Uziya ararakara+ mu gihe mu kuboko kwiwe hari icotezo+ c’imibavu kugira aturire imibavu, maze akirakariye abaherezi, imibembe+ isesa+ mu ruhanga rwiwe imbere y’abaherezi mu nzu ya Yehova, iruhande y’igicaniro c’imibavu.

  • Yobu 34:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Hariho Uwutagiriye nkunzi abaganwa

      Kandi atitwararitse umunyacubahiro kumurutisha umutoyi+,

      Kuko bose ari igikorwa c’amaboko yiwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika