Abalewi 13:46 Bibiliya y’isi nshasha 46 Imisi yose nya cago kizoba kiri muri we azoba ahumanye. Azoba ahumanye. Akwiye kuba aha wenyene. Hanze y’ikambi+ ni ho azoba. Gusubira mu vyagezwe 24:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 “Wiyubare ku cago c’imibembe+, kugira witwararike ukore ivyo abaherezi, Abalewi, bazobategeka vyose+. Mukwiye kuba maso+ mugakora nk’uko abo nabategetse.
46 Imisi yose nya cago kizoba kiri muri we azoba ahumanye. Azoba ahumanye. Akwiye kuba aha wenyene. Hanze y’ikambi+ ni ho azoba.
8 “Wiyubare ku cago c’imibembe+, kugira witwararike ukore ivyo abaherezi, Abalewi, bazobategeka vyose+. Mukwiye kuba maso+ mugakora nk’uko abo nabategetse.