2 Abami 14:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Amaherezo Yerobowamu aryama hamwe na ba sekuruza, hamwe n’abami ba Isirayeli, maze Zekariya+ umuhungu wiwe atangura kuganza mu kibanza ciwe.
29 Amaherezo Yerobowamu aryama hamwe na ba sekuruza, hamwe n’abami ba Isirayeli, maze Zekariya+ umuhungu wiwe atangura kuganza mu kibanza ciwe.