2 Abami 17:1 Bibiliya y’isi nshasha 17 Mu mwaka ugira cumi na kabiri wa Ahazi umwami wa Yuda, Hosheya+ mwene Ela aba umwami wa Isirayeli i Samariya+ imyaka icenda.
17 Mu mwaka ugira cumi na kabiri wa Ahazi umwami wa Yuda, Hosheya+ mwene Ela aba umwami wa Isirayeli i Samariya+ imyaka icenda.