ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 28:49
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 49 “Yehova azoguhagurukiriza ihanga rya kure+, rivuye ku mpera y’isi, nka kurya inkona ishunguruka kunyahura ikintu+, ihanga rivuga ururimi utumva+,

  • Zaburi 78:49
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 49 Ibarungikako ishavu ryayo rirurumba+,

      Uburake n’imisibo n’amarushwa+,

      Imigwi y’intumwa y’abamarayika izana ivyago+.

  • Yesaya 10:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 “Ahaa! Umwashuri+, inkoni y’ishavu ryanje+, n’agakoni kari mu kuboko kwabo ku bw’imisibo yanje!

  • Yeremiya 43:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Uheze ubabwire uti: ‘Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo, Imana ya Isirayeli, avuze: “Ehe ngira ntumeko Nebukadirezari umwami wa Babiloni+, umusavyi wanje+; nzomutora hanyuma ndamushire ku ntebe yiwe y’ubwami hejuru y’aya mabuye nanyegeje, na we azosanza koko ihema ryiwe ry’ubwami hejuru yayo.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika