ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 146:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  3 Ntimushire ivyizigiro vyanyu mu banyacubahiro+,

      Canke mu mwana w’umuntu yakuwe mw’ivu, ata bukiriro ashobora gutanga+.

  • Yeremiya 17:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Ibi ni vyo Yehova avuze: “Aravumwe umuntu w’umugabo yizigira umuntu yakuwe mw’ivu+, akishimikiza koko ukuboko kwiwe kw’inyama+, umutima wiwe ukava kuri Yehova+.

  • Gucura intimba 4:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Mu gihe tukiriho, amaso yacu aguma agwabirira ubusa areretse imfashanyo tworonka+.

      Mu gihe twari tureretse, twareretse ihanga ridashobora kuzana ubukiriro+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika