2 Ngoma 28:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Amaherezo Ahazi aryama hamwe na ba sekuruza, hanyuma bamuhamba mu gisagara, i Yeruzalemu, kuko batamwinjije mu mva z’abami ba Isirayeli+. Nuko Hezekiya umuhungu wiwe atangura kuganza mu kibanza ciwe.
27 Amaherezo Ahazi aryama hamwe na ba sekuruza, hanyuma bamuhamba mu gisagara, i Yeruzalemu, kuko batamwinjije mu mva z’abami ba Isirayeli+. Nuko Hezekiya umuhungu wiwe atangura kuganza mu kibanza ciwe.