Itanguriro 4:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Adamu yongera kuryamana n’umugore wiwe, araheza yibaruka umuhungu maze amwita Seti+, kuko, nk’uko yavuze: “Imana yangeneye urundi ruvyaro* mu kibanza ca Abeli, kuko Kayini yamwishe+.”
25 Adamu yongera kuryamana n’umugore wiwe, araheza yibaruka umuhungu maze amwita Seti+, kuko, nk’uko yavuze: “Imana yangeneye urundi ruvyaro* mu kibanza ca Abeli, kuko Kayini yamwishe+.”