1 Ngoma 6:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Aba ni bo bakora igikorwa hamwe n’abahungu babo: Mu bahungu b’Abakohati: Hemani+ umuririmvyi, mwene Yoweli+, Yoweli mwene Samweli+, 1 Ngoma 25:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Abo bose bari bene Hemani, umubonyi+ w’umwami mu bintu vy’Imana y’ukuri yaduza ihembe ryiwe; gutyo Imana y’ukuri iha Hemani abahungu cumi na bane n’abakobwa batatu+.
33 Aba ni bo bakora igikorwa hamwe n’abahungu babo: Mu bahungu b’Abakohati: Hemani+ umuririmvyi, mwene Yoweli+, Yoweli mwene Samweli+,
5 Abo bose bari bene Hemani, umubonyi+ w’umwami mu bintu vy’Imana y’ukuri yaduza ihembe ryiwe; gutyo Imana y’ukuri iha Hemani abahungu cumi na bane n’abakobwa batatu+.