ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Ngoma 15:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 n’abaririmvyi Hemani+, Asafu+ na Etani, bafise ivyuma bisāma vy’umujumpu kugira ngo bavuze n’ijwi ryumvikana+;

  • 1 Ngoma 16:41
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 41 kandi hamwe na bo ashiraho Hemani+ na Yedutuni n’abasigaye bo mu bagabo batowe, bavuzwe+ amazina, kugira ngo bakengurukire Yehova+, kuko “ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe ari ubwo gushika igihe kitagira urugero+”;

  • 1 Ngoma 25:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Vyongeye, Dawidi n’abakuru+ b’imigwi y’abakora igikorwa+ batandukanya ku bw’igikorwa bamwe muri bene Asafu na Hemani+ na Yedutuni+, abavuga ubuhanuzi bakoresheje inanga+ n’ibicurarangisho vy’imirya+ n’ivyuma bisāma+. Muri bo harimwo abagabo bari n’ivyo bajejwe ku bw’igikorwa cabo.

  • 2 Ngoma 5:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 kandi Abalewi+ bari abaririmvyi begukira bano bose, ni ukuvuga begukira Asafu+ na Hemani+ na Yedutuni+ be n’abahungu babo na bene wabo, abari bambaye ibitambara vyiza bakagira n’ivyuma bisāma+ n’ibicurarangisho vy’imirya+ n’inanga+, bari bahagaze mu buseruko bw’igicaniro bari kumwe n’abaherezi bangana n’ijana na mirongo ibiri bavuza inzumbete+;

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika