-
1 Samweli 10:5Bibiliya y’isi nshasha
-
-
5 Inyuma y’ivyo ni ho uza kuja ku murambi w’Imana y’ukuri+, ahari ikirindiro+ c’Abafilisitiya. Niwashikayo, mu gisagara, urahura n’umugwi w’abahanuzi+ bamanutse bavuye mu kibanza gikirurutse+, bafise imbere yabo igicurarangisho c’imirya+ n’akagoma+ n’umwironge+ n’inanga+, mu gihe bazoba bariko bavuga bwa bahanuzi.
-