1 Abami 1:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Hanyuma abantu bose baraduga bamukurikiye, kandi abantu bariko bavuza imyironge+ bongera banezerwa akanyamuneza kenshi+, ku buryo isi+ isaduka kubera urwamo rwabo. Yesaya 5:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Kandi inanga n’igicurarangisho c’imirya, akagoma n’umwironge n’umuvinyu ntibihara mu nzimano zabo+; mugabo igikorwa ca Yehova ntibaraba, n’igikorwa c’amaboko yiwe ntibakibonye+.
40 Hanyuma abantu bose baraduga bamukurikiye, kandi abantu bariko bavuza imyironge+ bongera banezerwa akanyamuneza kenshi+, ku buryo isi+ isaduka kubera urwamo rwabo.
12 Kandi inanga n’igicurarangisho c’imirya, akagoma n’umwironge n’umuvinyu ntibihara mu nzimano zabo+; mugabo igikorwa ca Yehova ntibaraba, n’igikorwa c’amaboko yiwe ntibakibonye+.