ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 34:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Kubera bakebeje ntibamukurikire+,

      Kandi nta n’imwe mu nzira ziwe barimbūye+,

  • Zaburi 19:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Amajuru amenyesha ubuninahazwa bw’Imana+;

      Ikirere na co kivuga igikorwa c’amaboko yayo+.

  • Zaburi 28:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  5 Kuko batitaho ibikorwa vya Yehova+,

      Canke igikorwa c’amaboko yiwe+.

      Azobasambura ntabubake.

  • Zaburi 92:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  6 Nta muntu w’imburabwenge yobimenya+,

      Kandi nta kijuju cobitahura+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika