Zaburi 73:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Kandi nari nabaye imburabwenge, sinamenya+;Nari nacitse nk’ibikoko bukoko kuri wewe+. Zaburi 94:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nimutahure, mwa mburabwenge bo mu bantu+;Nayo mwebwe ibijuju, muzogira ugutahura kwimbitse ryari+? Daniyeli 12:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Benshi bazokwihumanura+, biyeze+, batyororwe+. Ababisha bazokorana ububisha koko+, kandi nta mubisha n’umwe azotegera+; ariko abafise ugutahura kwimbitse bazotegera+.
10 Benshi bazokwihumanura+, biyeze+, batyororwe+. Ababisha bazokorana ububisha koko+, kandi nta mubisha n’umwe azotegera+; ariko abafise ugutahura kwimbitse bazotegera+.