ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Daniyeli 11:35
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 35 Kandi bamwe mu bafise ugutahura kwimbitse bazotsitazwa+, kugira ngo hakorwe igikorwa c’ugutyorora kubera bo, no kugira ngo hakorwe igikorwa c’uguhumanura be n’ic’ukweza+, gushika ku gihe c’iherezo+; kuko bikiri ivy’igihe cashinzwe+.

  • Malaki 3:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Azokwicara ari nk’uwutyorora be n’uwusukura ifeza+, asukure bene Lewi+; kandi azobatosora nk’inzahabu+ n’ifeza, babere Yehova abashikiriza ishikanwa+ mu bugororotsi.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika