ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 111:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Ugutinya Yehova ni yo ntango y’ubukerebutsi+.

      ש [Sini]

      Abashitsa amateka yiwe bose bafise ugutahura nyakwo+.

      ת [Tau]

      Ishemezo ryiwe ryamaho ibihe bidahera+.

  • Imigani 3:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 ubone kuronka ubutoni n’ugutahura kwimbitse kwiza mu maso y’Imana n’ay’umuntu yakuwe mw’ivu+.

  • Daniyeli 11:33
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 33 Nayo abafise ugutahura kwimbitse+ bo mu bantu, bazoha abenshi ugutegera+. Emwe, bazotsitazwa n’inkota be n’urubeya, batsitazwe n’ukugirwa imbohe be n’ugusahurwa+, mu kiringo c’imisi kanaka.

  • Daniyeli 12:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 “Kandi abafise ugutahura kwimbitse bazokayangana nk’ukwakaka kw’ikirere+, abazana benshi ku bugororotsi+ na bo bakayangane nk’inyenyeri gushika igihe kitagira urugero, emwe, ibihe bidahera.

  • 1 Yohani 5:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Mugabo turazi yuko Umwana w’Imana yaje+, kandi yaraduhaye ubushobozi bwo gutegera+ kugira ngo tumenye imwe y’ukuri+. Kandi twunze ubumwe+ n’imwe y’ukuri, biciye ku Mwana wayo Yezu Kristu. Iyo ni yo Mana y’ukuri+ n’ubuzima budahera+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika