ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Imigani 9:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Nuhe umuntu w’inkerebutsi, na we azorushiriza kuba inkerebutsi+. Nuronse ubumenyi umugororotsi, na we azorushiriza kwiga amenye.

  • Zakariya 8:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 “Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: ‘Muri iyo misi, abantu cumi bo mu ndimi zose z’amahanga+ bazofata+ koko impuzu* y’Umuyuda+, bavuge bati: “Turajana+, kuko twumvise yuko Imana iri kumwe namwe+.”’”

  • Matayo 24:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Kandi iyi nkuru nziza+ y’ubwami+ izokwamamazwa mw’isi yose ngo bibe intahe ku mahanga yose+; maze iherezo+ rizoca riza.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika