Daniyeli 11:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Nayo abafise ugutahura kwimbitse+ bo mu bantu, bazoha abenshi ugutegera+. Emwe, bazotsitazwa n’inkota be n’urubeya, batsitazwe n’ukugirwa imbohe be n’ugusahurwa+, mu kiringo c’imisi kanaka. Matayo 13:43 Bibiliya y’isi nshasha 43 Ico gihe abagororotsi bazokayangana+ nk’izuba+ mu bwami bwa Se. Uwuri n’amatwi niyumvirize+.
33 Nayo abafise ugutahura kwimbitse+ bo mu bantu, bazoha abenshi ugutegera+. Emwe, bazotsitazwa n’inkota be n’urubeya, batsitazwe n’ukugirwa imbohe be n’ugusahurwa+, mu kiringo c’imisi kanaka.