Imigani 1:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 kugira ngo aronke indero+ itanga ugutahura kwimbitse+, ubugororotsi+ n’ubutungane+ n’ukugororoka+, Yesaya 32:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Amaso y’ababona ntazomatanywa, kandi amatwi y’abumva azokwumviriza+. Daniyeli 12:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Benshi bazokwihumanura+, biyeze+, batyororwe+. Ababisha bazokorana ububisha koko+, kandi nta mubisha n’umwe azotegera+; ariko abafise ugutahura kwimbitse bazotegera+. Matayo 13:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Arishura ati: “Mwebwe mwarahawe gutegera amabanga meranda+ y’ubwami bwo mw’ijuru, mugabo bobo ntibabihawe+. Matayo 24:45 Bibiliya y’isi nshasha 45 “None ni nde mushumba w’umwizigirwa kandi w’ubwenge+ shebuja yashinze abakozi biwe bo mu nzu, kugira abahe ibifungurwa vyabo ku gihe kibereye+?
10 Benshi bazokwihumanura+, biyeze+, batyororwe+. Ababisha bazokorana ububisha koko+, kandi nta mubisha n’umwe azotegera+; ariko abafise ugutahura kwimbitse bazotegera+.
11 Arishura ati: “Mwebwe mwarahawe gutegera amabanga meranda+ y’ubwami bwo mw’ijuru, mugabo bobo ntibabihawe+.
45 “None ni nde mushumba w’umwizigirwa kandi w’ubwenge+ shebuja yashinze abakozi biwe bo mu nzu, kugira abahe ibifungurwa vyabo ku gihe kibereye+?