1 Abakorinto 2:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kuko ari twebwe Imana yabihishuriye+ biciye ku mpwemu yayo+, kuko impwemu+ isesangura ibintu vyose, mbere n’ibintu vyimbitse+ vy’Imana. Abanyefeso 1:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 kuko yatumenyesheje rya banga ryeranda+ ry’ukugomba kwayo. Rirahuye n’ibiyihimbara, ivyo yiyemeje muri yo ubwayo+, Abakolosayi 1:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 rya banga ryeranda+ ryari ryaranyegejwe kuva mu bihe*+ vyarenganye no mu mayaruka yarenganye. Ariko ubu ryarahishuriwe+ aberanda bayo,
10 Kuko ari twebwe Imana yabihishuriye+ biciye ku mpwemu yayo+, kuko impwemu+ isesangura ibintu vyose, mbere n’ibintu vyimbitse+ vy’Imana.
9 kuko yatumenyesheje rya banga ryeranda+ ry’ukugomba kwayo. Rirahuye n’ibiyihimbara, ivyo yiyemeje muri yo ubwayo+,
26 rya banga ryeranda+ ryari ryaranyegejwe kuva mu bihe*+ vyarenganye no mu mayaruka yarenganye. Ariko ubu ryarahishuriwe+ aberanda bayo,