ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 10:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Egome, bazobakwega babatware imbere ya ba buramatari n’abami+ babampora, kugira bibe intahe+ kuri bo no ku mahanga.

  • Matayo 24:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 “Maze bazobashira mu makuba+, babice+, kandi muzokwankwa+ n’amahanga yose muhorwa izina ryanje+.

  • Yohani 16:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Abantu bazobaca mw’isinagogi+. Nkako, isaha iriko iragera aho umuntu wese azobica azokwiyumvira ko akoreye Imana igikorwa ceranda+.

  • Ivyahishuwe 2:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Ntutinye ibigira bigushikire+. Ehe Shetani*+ azoguma ata mw’ibohero bamwe muri mwebwe kugira ngo mugezwe bimwe bishitse+, no kugira ngo mugire amakuba+ imisi cumi. Erekana ko uri umwizigirwa no gushika ku rupfu+, nanje nzoguha urugori rw’ubuzima+.

  • Ivyahishuwe 12:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Maze ca gisato kigirira uburake uwo mugore+, gica kigenda kurwana n’abasigaye b’uruvyaro rwiwe bubahiriza amabwirizwa y’Imana kandi bafise igikorwa co gushingira intahe+ Yezu.

  • Ivyahishuwe 16:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 kuko basheshe amaraso y’aberanda n’ay’abahanuzi+, nawe ubahaye amaraso+ ngo banywe. Barabikwiriye+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika