Yohani 9:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Abavyeyi biwe bavuze ivyo bintu kubera yuko batinya+ Abayuda, kuko Abayuda bari bamaze kwumvikana yuko hagize uwumwemera icese ko ari Kristu, acibwa mw’isinagogi+.
22 Abavyeyi biwe bavuze ivyo bintu kubera yuko batinya+ Abayuda, kuko Abayuda bari bamaze kwumvikana yuko hagize uwumwemera icese ko ari Kristu, acibwa mw’isinagogi+.