Yohani 12:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 Ariko no mu batware, benshi baramwizeye vy’ukuri+, mugabo ntibamwemera icese kubera Abafarizayo, kugira ngo ntibirukanwe mw’isinagogi+; Yohani 16:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Abantu bazobaca mw’isinagogi+. Nkako, isaha iriko iragera aho umuntu wese azobica azokwiyumvira ko akoreye Imana igikorwa ceranda+.
42 Ariko no mu batware, benshi baramwizeye vy’ukuri+, mugabo ntibamwemera icese kubera Abafarizayo, kugira ngo ntibirukanwe mw’isinagogi+;
2 Abantu bazobaca mw’isinagogi+. Nkako, isaha iriko iragera aho umuntu wese azobica azokwiyumvira ko akoreye Imana igikorwa ceranda+.